Omschrijving

“... Genda uje mu nzira zagutse no mu mihora, ubagobere baze, KUGIRA NGO INZU YANJE YUZURE. LUKA 14:23. Umutima w'Imana uririra kw'Isi ikizwa, kandi kw'inzu yayo -ishengero- ryuzura!" Ni iri hishurirwa ryavyaye iki gitabo, "Ishengero riri Mega" ca Bishop Dag Heward-Mills, umu Pasitori w'ishengero rimwe mu mashengero manini ari muri Ghana. Ishengero ryawe n'igikorwa cawe ntibizoguma uko vyahora umaze gusoma iki gitabo gikabura! "Dr Heward-Mills aranywanye n' Umwami Yesu Kristo n'igikorwa ciwe co kubwir'ubutumwa isi yose. Ni umurongozi akomeye cane kandi w'akarorero kubari mu gikorwa c'Imana bose, kandi twebwe hano muri "Church Growth International" turabashwe cane kumenya no guhamagara Dr. Dag Heward-Mills umugenzi n'uwo dukorana mu murima w'umwimbu munini cane w'isi." -Dr. David Yonggi Cho

Kenmerken

Artikelnummer9200000109792950
EAN9781643290317
CategorieDigital Reading
ProductgroepBoeken
SegmentTextual/Printed/Reference Materials
Prijs Nederland€ 8,23
Prijs België€ 8,23
Verzendkosten NLGratis
Verzendkosten BEGratis
Levertijd NederlandMorgen in huis
Levertijd BelgiëMorgen in huis
VerkoperPartner

Ishengero Rinini bestellen bij snelkeus

Koop Ishengero Rinini van Onbekend online in de categorie Digital Reading. Prijs € 8,23, levering in Nederland · Morgen in huis.